Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Vyongeye, nta muntu yaciriwe urwo gupfa ashobora gucungurwa+. Abwirizwa kwicwa+. Gusubira mu vyagezwe 20:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko ntimuze musigaze umuntu n’umwe* mu bisagara vy’aya mahanga Yehova Imana yanyu agira abahe ngo abe intoranwa yanyu+. Yosuwa 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abisirayeli basahura itunga ryose ry’ivyo bisagara n’ibitungwa vyaho+. Mugabo abantu bose babicisha inkota gushika babazimanganije+. Nta muntu n’umwe basigaje+.
16 Ariko ntimuze musigaze umuntu n’umwe* mu bisagara vy’aya mahanga Yehova Imana yanyu agira abahe ngo abe intoranwa yanyu+.
14 Abisirayeli basahura itunga ryose ry’ivyo bisagara n’ibitungwa vyaho+. Mugabo abantu bose babicisha inkota gushika babazimanganije+. Nta muntu n’umwe basigaje+.