Yosuwa 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko Yosuwa afata ico gihugu cose, ni ukuvuga akarere k’imisozi, aka Negebu kose+, igihugu cose ca Gosheni, akarere ka Shefela+, aka Araba*+, akarere k’imisozi ka Isirayeli n’uturambi twaho turi munsi y’imisozi*, Yosuwa 11:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nta gisagara na kimwe cagiranye isezerano ry’amahoro n’Abisirayeli kiretse Abahiwi baba i Gibeyoni+. Ibindi bisagara vyose babifatishije umuheto+.
16 Nuko Yosuwa afata ico gihugu cose, ni ukuvuga akarere k’imisozi, aka Negebu kose+, igihugu cose ca Gosheni, akarere ka Shefela+, aka Araba*+, akarere k’imisozi ka Isirayeli n’uturambi twaho turi munsi y’imisozi*,
19 Nta gisagara na kimwe cagiranye isezerano ry’amahoro n’Abisirayeli kiretse Abahiwi baba i Gibeyoni+. Ibindi bisagara vyose babifatishije umuheto+.