1 Samweli 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze Abafilisitiya+ bakoranya ingabo* zabo ngo baje ku rugamba. Bakoranira ahitwa Soko+ mu Buyuda. Baraheza bakambika i Efesi-Damimu+ hagati y’igisagara ca Soko n’ica Azeka+.
17 Maze Abafilisitiya+ bakoranya ingabo* zabo ngo baje ku rugamba. Bakoranira ahitwa Soko+ mu Buyuda. Baraheza bakambika i Efesi-Damimu+ hagati y’igisagara ca Soko n’ica Azeka+.