ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:13-15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ku bijanye na Yozefu, yavuze+ ati:

      «Igihugu ciwe kiragahezagirwa na Yehova+,

      nakironse ibintu vyizavyiza vyo kw’ijuru,

      urume hamwe n’amazi yo hasi mu kuzimu+,

      14 ibintu vyizavyiza bikuzwa n’izuba,

      ibintu vyizavyiza vyera buri kwezi+,

      15 ibintu vyizavyiza biva mu misozi ya kera*+,

      ibintu vyizavyiza biva mu mitumba yamaho,

  • Yosuwa 17:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yosuwa aca abwira abakomoka kuri Yozefu, ni ukuvuga Abefurayimu na bene Manase ati: «Muri benshi cane kandi murakomeye cane. Ntimuzoronka akarere kamwe gusa+, 18 muzoronka n’akarere k’imisozi+. Naho hari ikibira, muzohatema kandi ni ho akarere kanyu kazogarukira. Muzokwomora Abanyakanani naho bakomeye bakagira n’imikogote y’intambara iriko ibibugita ku mapine*+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika