Yosuwa 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Inzamba zikimara kuvuga, abasoda baca biha akamo+. Abasoda bacumva ijwi ry’inzamba maze bakiha akaruru gakomeye k’intambara, uruzitiro ruca rusenyukira hasi+. Ubwo nyene baca binjira mu gisagara, umwe wese atumbereye imbere yiwe, baragifata. Yosuwa 6:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ico gihe ni ho Yosuwa yarahira* ati: «Uwuzosubira kwubaka iki gisagara ca Yeriko arakavumwa na Yehova. Niyashinga umushinge waco aze abure imfura yiwe. Niyashiraho amarembo yaco na ho abure umuhererezi wiwe+.»
20 Inzamba zikimara kuvuga, abasoda baca biha akamo+. Abasoda bacumva ijwi ry’inzamba maze bakiha akaruru gakomeye k’intambara, uruzitiro ruca rusenyukira hasi+. Ubwo nyene baca binjira mu gisagara, umwe wese atumbereye imbere yiwe, baragifata.
26 Ico gihe ni ho Yosuwa yarahira* ati: «Uwuzosubira kwubaka iki gisagara ca Yeriko arakavumwa na Yehova. Niyashinga umushinge waco aze abure imfura yiwe. Niyashiraho amarembo yaco na ho abure umuhererezi wiwe+.»