Yosuwa 21:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abisirayeli rero baha Abalewi ibisagara n’amatongo yavyo yo kuragiramwo biciye ku bupfindo, nk’uko nyene Yehova yari yarabitegetse biciye kuri Musa+. Yosuwa 21:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mu karere k’umuryango wa Benyamini hatanzwe ibi bisagara: Gibeyoni+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Geba n’amatongo yaho yo kuragiramwo+,
8 Abisirayeli rero baha Abalewi ibisagara n’amatongo yavyo yo kuragiramwo biciye ku bupfindo, nk’uko nyene Yehova yari yarabitegetse biciye kuri Musa+.
17 Mu karere k’umuryango wa Benyamini hatanzwe ibi bisagara: Gibeyoni+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Geba n’amatongo yaho yo kuragiramwo+,