Kuvayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abahungu banyu nibababaza bati: “Ibi bisobanura iki?” Muze mubishure muti: “Yehova yadukuye mu gihugu ca Misiri akoresheje ukuboko gukomeye, igihugu twabayemwo turi abashumba*+. Gusubira mu vyagezwe 6:20, 21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Muri kazoza, abana banyu nibababaza bati: “Kubera iki Yehova Imana yacu yabahaye ibi vyibutswa, aya mategeko n’izi ngingo?” 21 Muze mubishure muti: “Twari abashumba ba Farawo mu Misiri, ariko Yehova yaradukuyeyo akoresheje ukuboko kwiwe gukomeye. Zaburi 78:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ibintu twumvise kandi tuzi,ivyo basokuru bacu batwiganiye+, 4 ntituzobinyegeza abana babo.Tuzokwiganira urunganwe* ruzokurikira+ibikorwa vya Yehova bibereye gushemezwa be n’inkomezi ziwe+,ibintu vy’agatangaza yakoze+.
14 Abahungu banyu nibababaza bati: “Ibi bisobanura iki?” Muze mubishure muti: “Yehova yadukuye mu gihugu ca Misiri akoresheje ukuboko gukomeye, igihugu twabayemwo turi abashumba*+.
20 Muri kazoza, abana banyu nibababaza bati: “Kubera iki Yehova Imana yacu yabahaye ibi vyibutswa, aya mategeko n’izi ngingo?” 21 Muze mubishure muti: “Twari abashumba ba Farawo mu Misiri, ariko Yehova yaradukuyeyo akoresheje ukuboko kwiwe gukomeye.
3 Ibintu twumvise kandi tuzi,ivyo basokuru bacu batwiganiye+, 4 ntituzobinyegeza abana babo.Tuzokwiganira urunganwe* ruzokurikira+ibikorwa vya Yehova bibereye gushemezwa be n’inkomezi ziwe+,ibintu vy’agatangaza yakoze+.