Yosuwa 4:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 ubategeke uti: “Nimutore amabuye 12 hagati muri Yorodani, aho abaherezi bahagaze badakoma+ maze muyajane muyatereke aho muza kurara iri joro+.”» Yosuwa 5:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abagabo bose bamaze kugenyerwa, Abisirayeli baguma aho bakambitse gushika bakize. 9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: «Uyu musi ndabakuyeko* akagaye* k’Abanyamisiri.» Aho hantu rero baca bahita Gilugali*+ gushika n’uyu musi. Yosuwa 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze abagabo b’i Gibeyoni barungikira ubutumwa Yosuwa kw’ikambi i Gilugali+ bati: «Ntuhebe abashumba bawe*+. Nyaruka udutabare, udufashe. Abami bose b’Abamori bo mu karere k’imisozi badukoraniye.»
3 ubategeke uti: “Nimutore amabuye 12 hagati muri Yorodani, aho abaherezi bahagaze badakoma+ maze muyajane muyatereke aho muza kurara iri joro+.”»
8 Abagabo bose bamaze kugenyerwa, Abisirayeli baguma aho bakambitse gushika bakize. 9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: «Uyu musi ndabakuyeko* akagaye* k’Abanyamisiri.» Aho hantu rero baca bahita Gilugali*+ gushika n’uyu musi.
6 Maze abagabo b’i Gibeyoni barungikira ubutumwa Yosuwa kw’ikambi i Gilugali+ bati: «Ntuhebe abashumba bawe*+. Nyaruka udutabare, udufashe. Abami bose b’Abamori bo mu karere k’imisozi badukoraniye.»