Gusubira mu vyagezwe 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana+, Umukama w’abakama, Imana ihambaye, ikomeye kandi iteye ubwoba, Imana itagira nkunzi+ kandi itarya igiturire.
17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana+, Umukama w’abakama, Imana ihambaye, ikomeye kandi iteye ubwoba, Imana itagira nkunzi+ kandi itarya igiturire.