Kuvayo 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira ndakwereke ububasha bwanje no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+. Kuvayo 15:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ukuboko kwawe kw’ukuryo, ewe Yehova, kuri n’ububasha bukomeye+.Ukuboko kwawe kw’ukuryo, ewe Yehova, umwansi kurasavya. Gusubira mu vyagezwe 28:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Amahanga yose yo kw’isi azobona ko mwitirirwa izina rya Yehova+, kandi azobatinya+. 1 Samweli 17:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Uyu musi nyene Yehova arakumpa+ ndakwice, nce ndaguca umutwe. Kandi uyu musi imivyimba y’abasoda b’Abafilisitiya ndayiha inyoni n’ibikoko vyo mw’ishamba. Ababa kw’isi yose baraza kumenya yuko hariho Imana muri Isirayeli+. 2 Abami 19:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 None rero Yehova Mana yacu, turakwinginze udukize umwami wa Ashuri, kugira ngo ubwami bwose bwo kw’isi bumenye yuko wewe Yehova, wewe wenyene ari wewe Mana+.» Zaburi 106:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko Imana yarabakijije kubera izina ryayo+,kugira ububasha bwayo bumenyekane+.
16 Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira ndakwereke ububasha bwanje no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.
6 Ukuboko kwawe kw’ukuryo, ewe Yehova, kuri n’ububasha bukomeye+.Ukuboko kwawe kw’ukuryo, ewe Yehova, umwansi kurasavya.
46 Uyu musi nyene Yehova arakumpa+ ndakwice, nce ndaguca umutwe. Kandi uyu musi imivyimba y’abasoda b’Abafilisitiya ndayiha inyoni n’ibikoko vyo mw’ishamba. Ababa kw’isi yose baraza kumenya yuko hariho Imana muri Isirayeli+.
19 None rero Yehova Mana yacu, turakwinginze udukize umwami wa Ashuri, kugira ngo ubwami bwose bwo kw’isi bumenye yuko wewe Yehova, wewe wenyene ari wewe Mana+.»