Abacamanza 4:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mugabo Ehudi amaze gupfa, Abisirayeli basubira gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+. 2 Yehova aca abatanga* ku mwami wa Kanani+ yitwa Yabini yaganza i Hazori. Umukuru w’ingabo ziwe yitwa Sisera, akaba yaba i Harosheti*+.
4 Mugabo Ehudi amaze gupfa, Abisirayeli basubira gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+. 2 Yehova aca abatanga* ku mwami wa Kanani+ yitwa Yabini yaganza i Hazori. Umukuru w’ingabo ziwe yitwa Sisera, akaba yaba i Harosheti*+.