Gusubira mu vyagezwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mwaciye muza maze muhagarara munsi y’umusozi. Uwo musozi wariko urarurumba gushika mw’ijuru. Hari umwijima, ibicu hamwe n’umwiza w’umuzimagiza+.
11 Mwaciye muza maze muhagarara munsi y’umusozi. Uwo musozi wariko urarurumba gushika mw’ijuru. Hari umwijima, ibicu hamwe n’umwiza w’umuzimagiza+.