Abacamanza 11:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nuko impwemu ya Yehova iza kuri Yefuta+, maze aca mu karere ka Gileyadi n’aka Manase yerekeza i Mizipa* h’i Gileyadi+. Hanyuma ava aho i Mizipa aguma agenda gushika ku Bamoni.
29 Nuko impwemu ya Yehova iza kuri Yefuta+, maze aca mu karere ka Gileyadi n’aka Manase yerekeza i Mizipa* h’i Gileyadi+. Hanyuma ava aho i Mizipa aguma agenda gushika ku Bamoni.