ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*.

  • Itanguriro 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nzokwubahiriza isezerano riri hagati yanje nawe+ hamwe n’uruvyaro* rwawe, uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana. Ni isezerano ry’ibihe bidahera ry’uko nzoba Imana yawe n’Imana y’uruvyaro rwawe.

  • Abalewi 26:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Nzokwibuka isezerano nagiraniye na Yakobo+ n’iryo nagiraniye na Izahaki+. Nzokwibuka kandi isezerano nagiraniye na Aburahamu+, nongere nibuke n’igihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika