8 Babazanya bati: «Mu miryango ya Isirayeli ni bande bataje imbere ya Yehova i Mizipa+?» Basanga mu b’i Yabeshi-Gileyadi nta n’umwe yaje aho ishengero ryari ryakoraniye.
12 Mu baba i Yabeshi-Gileyadi basangamwo abakobwa 400 b’isugi batarigera baryamana n’umugabo. Baca babazana aho bakambitse i Shilo+ mu gihugu ca Kanani.