-
2 Abami 17:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Nuko Yehova aheba abakomoka kuri Isirayeli bose, arabacisha bugufi, areka abasahuzi barabasahura gushika abomoye bakamuva imbere.
-
-
Zaburi 106:40, 41Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
40 Yehova yaciye ashavurira cane abantu biwe,
yanka urunuka intoranwa yiwe.
-