Rusi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nawomi aca amubwira ati: «Aragahezagirwa na Yehova, we aguma agirira ubuntu abazima n’abapfuye+!» Nawomi yongerako ati: «Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bashobora kuducungura*+.» Rusi 4:21, 22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Salumoni avyara Bowazi, Bowazi avyara Obedi, 22 Obedi avyara Yese+, Yese na we avyara Dawidi+. Matayo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Salumoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu+,Bowazi avyara Obedi kuri Rusi+,Obedi na we avyara Yese+. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
20 Nawomi aca amubwira ati: «Aragahezagirwa na Yehova, we aguma agirira ubuntu abazima n’abapfuye+!» Nawomi yongerako ati: «Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bashobora kuducungura*+.»
5 Salumoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu+,Bowazi avyara Obedi kuri Rusi+,Obedi na we avyara Yese+. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+,
32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+,