Rusi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nawomi aca amubwira ati: «Aragahezagirwa na Yehova, we aguma agirira ubuntu abazima n’abapfuye+!» Nawomi yongerako ati: «Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bashobora kuducungura*+.»
20 Nawomi aca amubwira ati: «Aragahezagirwa na Yehova, we aguma agirira ubuntu abazima n’abapfuye+!» Nawomi yongerako ati: «Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bashobora kuducungura*+.»