Rusi 1:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Haciye igihe, Elimeleki umugabo wa Nawomi yarapfuye, maze Nawomi asigarana n’abahungu biwe babiri. 4 Abo bahungu bahavuye bubakana n’abagore b’Abanyamowabukazi. Umwe yitwa Orupa, uwundi akitwa Rusi+. Bamazeyo nk’imyaka cumi.
3 Haciye igihe, Elimeleki umugabo wa Nawomi yarapfuye, maze Nawomi asigarana n’abahungu biwe babiri. 4 Abo bahungu bahavuye bubakana n’abagore b’Abanyamowabukazi. Umwe yitwa Orupa, uwundi akitwa Rusi+. Bamazeyo nk’imyaka cumi.