Abalewi 23:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Igihe muzoba muriko murimbura mu gihugu canyu, ntimuze mumarire ibiri ku mpera y’umurima wanyu kandi ntimuze mutoragure ibizoba vyasigaye+. Mukwiye kubisigariza umukene*+ n’umunyamahanga aba muri mwebwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.”» Gusubira mu vyagezwe 24:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimwimbura imirima yanyu hanyuma mukibagirira umuganda mu murima, ntimuze mugaruke kuwutora. Mukwiye kuwurekera ba kavamahanga, impfuvyi n’abapfakazi+, kugira Yehova Imana yanyu abahezagire mu vyo mukora vyose+.
22 Igihe muzoba muriko murimbura mu gihugu canyu, ntimuze mumarire ibiri ku mpera y’umurima wanyu kandi ntimuze mutoragure ibizoba vyasigaye+. Mukwiye kubisigariza umukene*+ n’umunyamahanga aba muri mwebwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.”»
19 Nimwimbura imirima yanyu hanyuma mukibagirira umuganda mu murima, ntimuze mugaruke kuwutora. Mukwiye kuwurekera ba kavamahanga, impfuvyi n’abapfakazi+, kugira Yehova Imana yanyu abahezagire mu vyo mukora vyose+.