-
Rusi 2:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Nawomi aca abwira Rusi umukazana wiwe ati: «Mukobwa wanje, ni vyiza ko ugumana n’abakobwa bamukorera, aho kuja mu wundi murima bagahava bagufata nabi.»
-