ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Baca bongera kurira cane, maze Orupa asoma inabukwe, araheza arigira. Ariko Rusi we yanka gutandukana na we.

  • Rusi 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ariko Rusi amwishura ati: «Reka kunyinginga ngo ndaguhebe, ngo ndeke kujana nawe, kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara. Abantu bawe bazoba abantu banje, n’Imana yawe ibe Imana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika