Kuvayo 34:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+. Rusi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nawomi abwira abakazana biwe babiri ati: «Nimugende, umwe wese yisubirire kwa nyina wiwe. Yehova abagirire ubuntu*+ nk’uko mwabugiriye abagabo banyu hamwe na jewe. Zaburi 36:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ewe Mana, ese ukuntu urukundo* rwawe ari urw’agaciro+! Mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.
6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+.
8 Nawomi abwira abakazana biwe babiri ati: «Nimugende, umwe wese yisubirire kwa nyina wiwe. Yehova abagirire ubuntu*+ nk’uko mwabugiriye abagabo banyu hamwe na jewe.
7 Ewe Mana, ese ukuntu urukundo* rwawe ari urw’agaciro+! Mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.