ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 11:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Mu bakomoka kuri Anaki nta n’umwe yasigaye mu gihugu c’Abisirayeli. Basigaye+ gusa i Gaza+, i Gati+ n’i Ashidodi+.

  • 1 Samweli 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Batumako rero abatware bose b’Abafilisitiya. Bamaze gukorana, bababaza bati: «Isandugu y’Imana ya Isirayeli tuyigenze gute?» Bishura bati: «Iyo sandugu y’Imana ya Isirayeli nije i Gati+.» Nuko bayijanayo.

  • 1 Samweli 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nuko haza umurwanyi umwe w’igihangange avuye mu Bafilisitiya. Yitwa Goliyati+, akaba yava i Gati+. Yareha n’imetero hafi zitatu*.

  • 1 Samweli 27:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko Dawidi n’abagabo 600+ bari kumwe na we baja kwa Akishi+ mwene Mawoki. Akishi yari umwami w’i Gati.

  • Zaburi 56:akajambo k’intangamarara
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira kw’ijwi ryitwa «Inuma yihoreye iri kure cane.» Ni indirimbo* ya Dawidi, igihe Abafilisitiya bamufatira i Gati+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika