Zaburi 56:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni wewe nizigira+ igihe mfise ubwoba+. Zaburi 56:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Barinyegeza kugira bantere,bakarereka intambuko zanje zose+bashaka kuzimanganya ubuzima bwanje+.