1 Samweli 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yonatani rero avugira Dawidi+ kuri se Sawuli, amubwira ati: «Mwami wanje, ntukorere ikibi* umusuku wawe Dawidi, kuko na we ata kibi yagukoreye. Ivyo yagukoreye vyarakugiriye akamaro. 1 Samweli 20:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ariko Yonatani abwira se wiwe Sawuli ati: «Kubera iki yokwicwa+? Yakoze iki?» 1 Samweli 24:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ehe raba dawe, mfise agace k’epfo k’impuzu yawe itagira amaboko. Igihe nagacacura nari kukwica, ariko sinakwishe. Urabona neza rero ko ntipfuza kukugirira nabi canke kukugarariza. Kandi nta caha nagukoreye+ naho wewe uguma umpiga ngo unyice+. 1 Samweli 26:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yehova ni we azohemba umuntu w’umugororotsi+ kandi w’umwizigirwa. Yehova yakumpaye uyu musi, ariko nanka kugirira nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+.
4 Yonatani rero avugira Dawidi+ kuri se Sawuli, amubwira ati: «Mwami wanje, ntukorere ikibi* umusuku wawe Dawidi, kuko na we ata kibi yagukoreye. Ivyo yagukoreye vyarakugiriye akamaro.
11 Ehe raba dawe, mfise agace k’epfo k’impuzu yawe itagira amaboko. Igihe nagacacura nari kukwica, ariko sinakwishe. Urabona neza rero ko ntipfuza kukugirira nabi canke kukugarariza. Kandi nta caha nagukoreye+ naho wewe uguma umpiga ngo unyice+.
23 Yehova ni we azohemba umuntu w’umugororotsi+ kandi w’umwizigirwa. Yehova yakumpaye uyu musi, ariko nanka kugirira nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+.