ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 21:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Mu nyuma Dawidi ashika i Nobu+ ku muherezi Ahimeleki. Ahimeleki amubonye atangura kujugumira, amubaza ati: «Bigenze gute ngo uze uri wenyene, ata wundi muri kumwe+?» 2 Dawidi yishura umuherezi Ahimeleki ati: «Hari ikintu umwami yansavye gukora, mugabo ambwira ati: “Ntihagire n’umwe amenya iyo ndagutumye n’ico ndagutumye gukora.” Ariko navuganye n’abagabo turi kumwe aho tuza guhurira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika