ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 36:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Elifazi umuhungu wa Esawu yari afise incoreke yitwa Timuna. Nuko Timuna avyarana na Elifazi umuhungu yitwa Amaleki+. Abo ni bo buzukuru* ba Ada umugore wa Esawu.

  • Kuvayo 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Maze Yehova abwira Musa ati: «Andika ibi mu gitabu kugira abantu baze bavyibuke*, kandi ubisubiriremwo Yosuwa uti: “Nzofuta Abamaleki kw’isi* ku buryo ata wuzosubira kubibuka+.”»

  • 1 Samweli 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ibi ni vyo Yehova Nyeningabo avuze: “Ngira nihore Abamaleki ku vyo bagiriye Abisirayeli, kuko babateye igihe bava mu Misiri+.

  • 1 Samweli 27:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Dawidi yarajana n’abantu biwe gutera Abageshuri+, Abagiruzi n’Abamaleki+. Akarere abo bantu babamwo kava i Telamu kagashika i Shura+, kakamanuka gushika ku mupaka w’igihugu ca Misiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika