1 Samweli 30:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Dawidi agaruza ivyo Abamaleki bari batwaye vyose+, abohoza n’abagore biwe babiri. Zaburi 34:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ibigeragezo* vy’umugororotsi ni vyinshi+,ariko Yehova arabimukiza vyose+.