ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 23:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abishayi+ yari umukuru w’abandi barwanyi batatu b’intwari. Yavukana na Yowabu mwene Zeruwiya+. Umusi umwe yishe abantu 300 akoresheje icumu ryiwe, kandi yari azwi cane nka ba barwanyi batatu bo mu mugwi wa mbere+. 19 Naho yemerwa cane mu mugwi wa batatu yatwara, ntiyashitse ku rwego rwa bamwe batatu ba mbere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika