2 Samweli 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nayo Abusalomu n’Abisirayeli bose bari bamushigikiye, bari bashitse i Yeruzalemu. Na Ahitofeli+ yari kumwe na we. Zaburi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Haguruka Yehova! Nkiza+ Mana yanje! Uzokubita abansi banje bose mu misaya.Uzovunagura amenyo y’ababisha+. Imigani 24:21, 22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mwananje, tinya Yehova n’umwami+. Ntiwifatanye n’abagumutsi*+,22 kuko amakuba azobazako giturumbuka+. None ni nde azi ivyago bazobateza*+?
15 Nayo Abusalomu n’Abisirayeli bose bari bamushigikiye, bari bashitse i Yeruzalemu. Na Ahitofeli+ yari kumwe na we.
7 Haguruka Yehova! Nkiza+ Mana yanje! Uzokubita abansi banje bose mu misaya.Uzovunagura amenyo y’ababisha+.
21 Mwananje, tinya Yehova n’umwami+. Ntiwifatanye n’abagumutsi*+,22 kuko amakuba azobazako giturumbuka+. None ni nde azi ivyago bazobateza*+?