2 Samweli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari umukuru w’ingabo, Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umwanditsi w’ivyaja biraba. 2 Samweli 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hanyuma Dawidi abashira mu migwi itatu: umwe awuha Yowabu*+, uwundi awuha Abishayi+ mwene Zeruwiya+, akaba na mwenewabo na Yowabu, uwundi awuha Itayi+ Umunyegati. Umwami aca abwira abasoda ati: «Nanje turajana ku rugamba.»
16 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari umukuru w’ingabo, Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umwanditsi w’ivyaja biraba.
2 Hanyuma Dawidi abashira mu migwi itatu: umwe awuha Yowabu*+, uwundi awuha Abishayi+ mwene Zeruwiya+, akaba na mwenewabo na Yowabu, uwundi awuha Itayi+ Umunyegati. Umwami aca abwira abasoda ati: «Nanje turajana ku rugamba.»