2 Samweli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuva ubu, inkota ntizokwigera iva mu muryango wawe+ kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti.” Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ariko ababisha bazokurwa kw’isi+,kandi ibihemu bizorandurwa kuri yo+. Imigani 20:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Uwutuka* se na nyina,itara ryiwe rizozima umwijima ushitse+. Imigani 30:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ijisho ry’umuntu asuzugura se kandi ntagamburukire nyina+,ibikona vyo mu mwonga* bizorinogorakandi ibiswi vy’inkona bizorirya+.
10 Kuva ubu, inkota ntizokwigera iva mu muryango wawe+ kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti.”
17 Ijisho ry’umuntu asuzugura se kandi ntagamburukire nyina+,ibikona vyo mu mwonga* bizorinogorakandi ibiswi vy’inkona bizorirya+.