2 Samweli 22:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Ni yo inkiza abansi banje. Mana yanje, ni wewe unduza+ ukantwara kure y’abandwanya,ukankiza umuntu akora ivy’ububisha+. Zaburi 55:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Izonkiza* abandwanya kandi impe amahoro,kuko abandwanya ari isinzi+. Zaburi 94:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 94 Ewe Yehova, Mana yihora ababisha+,ewe Mana yihora ababisha, nubereke ico uri! Zaburi 124:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,igihe abansi bacu badutera+, 3 baba baratumize tubona+,kuko bari barunguye n’ishavu+.
49 Ni yo inkiza abansi banje. Mana yanje, ni wewe unduza+ ukantwara kure y’abandwanya,ukankiza umuntu akora ivy’ububisha+.
2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,igihe abansi bacu badutera+, 3 baba baratumize tubona+,kuko bari barunguye n’ishavu+.