Zaburi 37:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Kuko Yehova akunda ubutungane,kandi ntazokwigera aheba abantu b’intahemuka+. ע [Ayini] Azokwama abarinda+,ariko uruvyaro rw’ababisha ruzorandurwa+. Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+.
28 Kuko Yehova akunda ubutungane,kandi ntazokwigera aheba abantu b’intahemuka+. ע [Ayini] Azokwama abarinda+,ariko uruvyaro rw’ababisha ruzorandurwa+.
10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+.