Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ubu rero jewe Nebukadinezari, ndashemeza, ngashira hejuru kandi nkaninahaza Umwami wo mw’ijuru+, kuko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri kandi inzira ziwe zose ziragororotse+. Vyongeye, arashoboye gucisha bugufi abishira hejuru+.» 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Namwe bakiri bato*, nimuyobokere abatama*+. Mugabo mwese mwambare* ukwicisha bugufi* mu kuntu mufata abandi, kuko Imana irwanya abibona, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje* abicisha bugufi+.
37 Ubu rero jewe Nebukadinezari, ndashemeza, ngashira hejuru kandi nkaninahaza Umwami wo mw’ijuru+, kuko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri kandi inzira ziwe zose ziragororotse+. Vyongeye, arashoboye gucisha bugufi abishira hejuru+.»
5 Namwe bakiri bato*, nimuyobokere abatama*+. Mugabo mwese mwambare* ukwicisha bugufi* mu kuntu mufata abandi, kuko Imana irwanya abibona, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje* abicisha bugufi+.