ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Dawidi aratuntura cane kubera ko abantu bariko bavuga ko akwiye guterwa amabuye. Abantu bose bari bashavuye cane kubera ko abahungu babo n’abakobwa babo bari bajanywe. Mugabo Dawidi yitura Yehova Imana yiwe, aronka inkomezi+.

  • 2 Samweli 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yariko arashikana ibimazi, atuma intumwa i Gilo guhamagara Ahitofeli+. Ahitofeli yari umujanama* wa Dawidi+ ava mu gisagara ca Gilo+. Uwo mugambi wa Abusalomu uguma urushiriza gukomera, abamushigikiye na bo baguma bongerekana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika