-
1 Abami 2:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ariko mu micungararo, hari na Shimeyi mwene Gera Umubenyamini w’i Bahurimu. Yaramvumye bimwe bibi+ igihe nariko nja i Mahanayimu+. Mugabo igihe yaza kunsanganira kuri Yorodani, naramurahiye mw’izina rya Yehova ko ntazomwica+. 9 Wewe rero ntuze ubure kumuhana+. Uri umuntu w’inkerebutsi, urazi ico ukwiye kumukorera. Ntuze umureke ngo apfe nk’abandi, yisaziye*+.»
-