8 Aya ni yo mazina y’abarwanyi batatu b’intwari ba Dawidi+: uwa mbere yari Yoshebu-Bashebeti mwene Hakimoni*. Ni we yari umukuru w’abo batatu+. Igihe kimwe yishe abantu 800 akoresheje icumu ryiwe.
10 Aba rero ni bo bakuru b’abarwanyi b’intwari ba Dawidi bashigikiye rwose ubutegetsi bwiwe, bafadikanije n’Abisirayeli bose. Baragiye hamwe baramwimika nk’uko Yehova yari yarabivuze ku vyerekeye Isirayeli+.