1 Abami 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aho hose Adoniya+ mwene Hagiti yaguma yiyemera avuga ati: «Ni je ngiye kuba umwami!» Nuko akoresha umukogote agenderamwo, arondera n’abagendera ku mafarasi be n’abagabo 50 baza bariruka imbere yiwe+. 1 Abami 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Natani+ aca abwira Batisheba+ nyina wa Salomo+ ati: «Mbega wamenye ko Adoniya+ mwene Hagiti yabaye umwami? Kandi databuja Dawidi nta co abiziko.
5 Aho hose Adoniya+ mwene Hagiti yaguma yiyemera avuga ati: «Ni je ngiye kuba umwami!» Nuko akoresha umukogote agenderamwo, arondera n’abagendera ku mafarasi be n’abagabo 50 baza bariruka imbere yiwe+.
11 Natani+ aca abwira Batisheba+ nyina wa Salomo+ ati: «Mbega wamenye ko Adoniya+ mwene Hagiti yabaye umwami? Kandi databuja Dawidi nta co abiziko.