1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.
5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.