-
1 Ngoma 3:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Aba ni bo bahungu Dawidi yavyariye i Heburoni+: imfura yari Amunoni+. Nyina yitwa Ahinowamu+ w’i Yezireli. Uwa kabiri yari Daniyeli. Nyina yitwa Abigayili+ w’i Karumeli. 2 Uwa gatatu yari Abusalomu+ yavyawe na Mayaka. Mayaka yari umukobwa wa Talimayi umwami w’i Geshuri. Uwa kane yari Adoniya+ yavyawe na Hagita.
-