1 Abami 1:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umwami ababwira ati: «Nimujane n’abarinzi* b’umwami, mwurize umuhungu wanje Salomo ku ndogobwa* yanje+ bwite, muheze mumumanukane i Gihoni+. Matayo 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko bazana iyo ndogobwa n’inyana yayo, babisasako impuzu zabo* hanyuma Yezu azicarako+.
33 Umwami ababwira ati: «Nimujane n’abarinzi* b’umwami, mwurize umuhungu wanje Salomo ku ndogobwa* yanje+ bwite, muheze mumumanukane i Gihoni+.