17 Nawe niwigenza neza nka so Dawidi, ugakora ivyo nagutegetse vyose kandi ukagamburuka amabwirizwa yanje n’ingingo nashinze+, 18 nanje rero nzokomeza ubwami bwawe+ nk’uko nabisezeraniye so Dawidi+, nti: “Mu muryango wawe ntihazokwigera habura uwuganza Isirayeli+.”