2 Ngoma 36:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Aturira inzu y’Imana y’ukuri+, asiturira hasi uruzitiro rwa Yeruzalemu+, aturira iminara yaho ikomeye, atikiza n’ibintu vyaho vy’agaciro vyose+. Yesaya 64:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Inzu* yacu nyeranda kandi y’ubuninahazwa*,imwe ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo,yaturijwe umuriro+,kandi ibintu vyose twakunda cane vyarononekaye.
19 Aturira inzu y’Imana y’ukuri+, asiturira hasi uruzitiro rwa Yeruzalemu+, aturira iminara yaho ikomeye, atikiza n’ibintu vyaho vy’agaciro vyose+.
11 Inzu* yacu nyeranda kandi y’ubuninahazwa*,imwe ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo,yaturijwe umuriro+,kandi ibintu vyose twakunda cane vyarononekaye.