ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Ahimasi+ mwene Sadoki na Yonatani+ mwene Abiyatari na bo nyene ni yo bari. Muze mubatume baze kumbwira ivyo muzoba mwumvise vyose.»

  • 2 Samweli 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yonatani+ na Ahimasi+ bari i Eni-Rogeli+ kubera ko batashaka uwubabona binjiye mu gisagara. Nuko umusukukazi umwe abashira ubwo butumwa kugira baje kubumenyesha umwami Dawidi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika