ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 21:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Umuntu niyashavurira mugenziwe akamwica n’ibigirankana+, uwo muntu ategerezwa gupfa naho azoba yahungiye ku gicaniro canje+.

  • Kuvayo 38:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Hanyuma akora ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa mu giti c’umunyinya. Cari ikwadarato ifise uburebure bw’intambwe* zitanu, ubwaguke bw’intambwe zitanu n’amahagarara y’intambwe zitatu+. 2 Aca akora amahembe yaco ku mfuruka zaco zine, kandi ayo mahembe yari afatanye na co. Araheza agihomekako umujumpu+.

  • 1 Abami 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Yowabu yumvise ayo makuru, aca ahungira kw’ihema rya Yehova+, afata amahembe y’igicaniro. Ivyo yabigize kubera ko yashigikiye Adoniya+. Ariko ntiyari yarashigikiye Abusalomu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika