ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Nimugire umutima rugabo+ kandi mukomere. Ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera ayo mahanga+, kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe. Ntazobata canke ngo abahebe+.»

  • Yosuwa 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzofasha aba bantu gutorana igihugu nasezeraniye ba sekuruza+.

  • 1 Ngoma 28:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Maze Dawidi abwira umuhungu wiwe Salomo ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere, ujeko ukore. Ntutinye canke ngo uranduke umutima, kuko Yehova Imana yawe, we Mana yanje, ari kumwe nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe+. Azogumana nawe gushika igikorwa cose kijanye n’inzu ya Yehova kirangiye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika