ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 10:8-11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ariko yanka kwumvira impanuro abagabo b’inararibonye* bamuhaye, agisha inama imisore bakuranye yari isigaye imukorera+. 9 Ababaza ati: «Aba bantu bambwiye ngo ndabaremurure umutwaro dawe yabikoreje. None mumpanuye tubishure gute?» 10 Iyo misore bakuranye imwishura iti: «Abo bantu bakubwiye ngo ubaremurure umutwaro utoroshe so yabikoreje, uze ubabwire uti: “Urutoke rwanje rw’uruhererezi ruzoba runini kuruta amafyinga ya dawe. 11 Dawe yabikoreje umutwaro utoroshe, jeho nzorushiriza. Dawe yabahanisha ibimoko bisanzwe, jeho nzobahanisha ibimoko bibabaza cane*.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika