1 Abami 11:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Maze abwira Yerobowamu ati: «Tora ibipande cumi, kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ngira nshikure ubwami Salomo, nce ndaguha imiryango cumi+.
31 Maze abwira Yerobowamu ati: «Tora ibipande cumi, kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ngira nshikure ubwami Salomo, nce ndaguha imiryango cumi+.